Dusenge mukwigisha n’abandi beshi bataramenya ingene basenga
Mana ugororots Mana nziza Mana ya Chadrack na Abdinego turaje cane dukenguruka ubuntu bwawe nimbabazi zawe vyamaho ibihe bidashira kuva kera kuri basokuruza gushitsa nubu wamy urumwizigigw ntacakunaniye vyose warabikoze turagukengurukiye kuba utuzigamy ukatuzigamir mubuntu bwaw nimbabazi zawe erega Mana iyobwije ntaruhara narutoya tubigiramw ninkuko bukey ntaruhara tubigiramw papa ivyo ntawobura kubishima ukobiri kwose bigaragarako […]