Dusenge mukwigisha n’abandi beshi bataramenya ingene basenga

Mana ugororots Mana nziza Mana ya Chadrack na Abdinego turaje cane dukenguruka ubuntu bwawe nimbabazi zawe vyamaho ibihe bidashira kuva kera kuri basokuruza gushitsa nubu wamy urumwizigigw ntacakunaniye vyose warabikoze turagukengurukiye kuba utuzigamy ukatuzigamir mubuntu bwaw nimbabazi zawe erega Mana iyobwije ntaruhara narutoya tubigiramw ninkuko bukey ntaruhara tubigiramw papa ivyo ntawobura kubishima ukobiri kwose bigaragarako urimuruhande gwacu.none papa kowemey kotubaho natw turabigushimiye cane gose .

Emera rero tukwereke uyumurango nawo uduhaye Mana twebw abana baw ntiwemereko ducumbikira gwisatani oya kimw tugusavye dushireko ikimenyetso aho agendera abiwe asange twebw urikumw natw maze kizegusubirinyuma kimaramara ataco kinabasha nokuvuga,papa duhe ivyiza watugeney kwunomusi umunezero nakanyamuneza bitwuzure papa ivyodufungura navyo ijuru ribirekure ntidufe ninzara knd twaramenyanye naw papa oya ntibikabe.

Ndakwerets abakobw ba golden bose papa ubazigam babe amatara kuruyumus gwa shetani ntirubahende oya ndavyanse même nabahungu bacu papa ubabe hagufi,ntibagiy abubats bose ndetse nabari hanze y,Igihugu ubazigame uzobukoze papa ,sinibagiye abuzukuru ba golden bose ubarinde papa eka ivyiza vyijuru bibe kuba golden nimiryango yabo yose iyiva ikagera mbisenze mukwizera nimwizina ry,umwami wacu Yesu Krist amen

Publicités