Abana b’abakobwa batatu baregwa gutyoza Prezida Nkurunziza bararekuwe

Abakobwa batatu b’imiyabaga baregwa gusibanganya ifoto ya Prezida w’u Burundi, Pierre Nkurunziza, barekuwe bakazokurikiranwa bari hanze. Umushingwamaza wabo niwe yamenyesheje ko abo bakobwa batatu barekuwe, bazobandanya kurabana bataha Abo bakobwa batatu bafatanywe hamwe na bagenzi babo batatu, bo baza kurekurwa mu nyuma ata caha na kimwe bagirijwe. Ipfungwa ry’abo bana batatu ryariyamirije na bamwe mu […]