Uhoraho Imana Yehovah Rapha, ni Imana ikora kandi ikoresha ibitangaza Ihanga ryayo ry’Abarundi
*TWABIHEREWE UBUNTU NONE TUBITANGIRA UBUNTU* Yesu ashimwe ncuti z’umusaraba. Hariho abantu benshi bumva dusenga bakibaza yuko ari uguheza umugenzo haba namba. Ku bicaniro vy’Ihanga ry’Imana biri mu gihugu no mu mahanga, abantu batondana imitwaro itandukanye kugira ngo basengegwe nkabatonda kwa muganga, akarorero ni abo mubona kw’iyo shusho . Nkako dusenga Imana ikiza indwara zose atanimwe […]