Amasengesho yo gusengera abakozi b’Imana bose mw’ibanga no kumugaragaro

Kera ishengero niryo ryatunganiriza igihugu. Mugabo ubu igihugu nico gitunganiriza ishengero. Abatazi Imana nibo basigaye bigisha abakozi b’Imana ingendo ibereye. Twahagurutse ngo dusengere abakorera Imana bose kugira ngo ibihishurire gusunba, ibahindure gusumba, ibahe ubwengenge n’ihishurigwa, ibakingire, yishure imitwaro yabo kandi ibahe inkomezi. Isengesho rirakiza, rirabohora kandi riratabara. Rikora ibitangaza Tutabandanya urutonde rwabo, uyu munsi twashimye […]