Nuko Yotamu aba uhambaye, kuko yagenda atunganya ingeso ziwe imbere y’Uhoraho Imana yiwe.

2 NGOMA 27:6 Nuko Yotamu aba uhambaye, kuko yagenda atunganya ingeso ziwe imbere y’Uhoraho Imana yiwe. Alleluya bwoko bw’Imana, Yotamu yabaye Uhambaye kubera yubashe Imana akava mu ngezo mbi, akava muvyo Imana yanka! Wewe nawe ubwo nturi rurangiranwa mu busambanyi? mu busuma? mu kudandahirwa? mukuvugagizwa utandukanya abana b’Imana? mu kuvugagizwa usambura igikorwa ca NDIHO? mu […]