Abarundi baguma bibuka yuko bakenyereye ku bisebe bitaravurwa.
Hari mwijoro rya 10 rishira 11/5/2018 aho Ku mutumba wa Ruhagarika harwa ibara. Ico gihe hari igihe c’isaha zine zijoro aho abantu bari bateramye abandi bamaze kuryama bumva abandi babona abantu baje bambaye impuzu zigisoda baza kwibarabara rikuru Bujumbura Cibitoke, batangura kubwira abari bateramiye kwibarabara ngo nimuryame hasi mwese baca batangura kubarasa abandi bari bamaze […]