Aller au contenu principal
  • Accueil
  • Inyenyeri y’Isezerano
  • Radio Isezerano
  • Radio KURO
  • YouTube
Recherche
Fermer

Ihanga ry Imana

Amakuru y'Ishengero rya Yesu Kristo- Ihanga ry'Imana:+257 68151545 canke +1 914 448 3650.

Catégorie : Abisezerano

Nimwiza Sephora yabaye uwa mbere mw’ihoganwa ry’ibiharuro mu EAC

Lien17 Mai 2023 Ihanga ry-Imana

L’élève Nimwiza Sephora Colombe 3è post fondamental en Bio Chimie et Sciences de la Terre à l’école SOS de Gitega, ahejeje gutahana igikombe c’umunyeshure wa mbere mu kibazo c’ibiharuro mu Burundi cahuje ibihugu bihurikiye muri EAC. Mu Burundi turafise urwaruka rufise impano, ubgenge n’ubuhinga rusumbije abandi bo mu bindi bihugu vyo mu karere.

Navigation des articles

Articles précédents
Articles Plus Récents
Uko abantu baguma bangana kw'isi ubu.

WIGE IKIRUNDI

Propulsé par WordPress.com.
Revenir en haut
Confidentialité & Cookies : Ce site utilise des cookies. En continuant à utiliser ce site, vous acceptez leur utilisation.
Pour en savoir davantage, y compris comment contrôler les cookies, voir : Politique relative aux cookies
  • S'abonner Abonné
    Ihanga ry Imana
    Rejoignez 398 autres abonnés

    Have a WordPress.com account? Log in now.

  • Ihanga ry Imana
    Voir le site dans le Lecteur
    Gérer les abonnementsS’inscrireConnexion
    Signaler ce contenu
    Réduire cette barre
Chargement des commentaires…