Paul Mirerekano: Intwari yibagiranye.

Paul MIREREKANO Intwari yahamwePaul Mirerekano yari umwe mu bafundi b’indimo Uburundi bwatanguye kuronka. Akaba uwambere yatanguje umugambwe UPRONA agaharanira agateka k’Abarundi batobato. Agashigikira kandi intwaro ya cami. Maze ivyo bikababaza cane Jean Paul Harroy yatwara Urwanda n’Uburundi. Harroy yaciye amurungika gukorera mu Rwanda ariko Mirerekano ahitamwo gutanga imihoho mu kazi yahawe ku ntwaro y’Abakoroni. Harroy […]