Abitwa yuko bakorera Imana bigenza nk’abandi banyavyaha
Urusengero rwa « Eglise Vivante » i #Makamba rurugaye kuva kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 07/05/2023 kubw’amatati ari hagati y’abapastori barwo Muri abo bastori b’urwo rushengero, umwe muribo yagirizwa n’abagenziwe kwihariza ubutunzi bw’urushengero mbere akaba « yarahinduje n’impapuro ndangabutunzi avyiyandikako » Abo pasteri bagenziwe bamaze kwitura intwaro, Buramatari yasavye ko uwo mupasiteri asubiza impapuro ndangabutunzi bw’urusengero nkuko zahoze ziri […]