Uburundi bgoba bukwiriye kurenza ubushikiranganji 12 uravye uko bungana n’ubutunzi bufise iki gihe!
Igihugu kingana nu Burundi ntigikwiye kugira Ministère zirenga 10 Muntumbero yogukingira ubutunzi bg’igihugu noguha akazi ababishoboye, iyi mpinyanyuro yokugabanya ubushikiranganji, irakenewe, intererano ntanze, y’ubushikiranganji bukenewe: Ibisata utabona mur’ubgo bushikiranganji ni ubuyobozi bukuru. Wewe wiyumvire iki kur’iryo tunganya rya Leta y’Uburundi? Hari uwunganiye iki citumviro aja agira ati ubushikiranganji 10 ni buke ibikorwa ni vyinshi nawe […]