Aller au contenu principal
  • Accueil
  • Inyenyeri y’Isezerano
  • Radio Isezerano
  • Radio KURO
  • YouTube
Recherche
Fermer

Ihanga ry Imana

Amakuru y'Ishengero rya Yesu Kristo- Ihanga ry'Imana:+257 68151545 canke +1 914 448 3650.

Catégorie : Abisezerano

Uburundi, kwakira inama igira 11 y’umutekano wa Kongo n’akarere ryari iteka.

Lien7 Mai 2023 Ihanga ry-Imana

Mur’iyo nama yabaye kw’igenekerezo rya 06/05/2023 kabaye akaryo keza ko kubisikanya ku burongozi bg’inama ku mukuru w’igihugu ca Kongo n’ic’Uburundi. Nk’uko vyama bigenda, mu nama mpuzamakungu, hama havugirwa amajambo meza gusa mugabo ugasanga n’ibirori gusa. Ibirori navyo ntivyobuza abenegihugu kuguma ku kivi mu gukomeza kwitaho umutekano wabo bakareka kubera inze.

Navigation des articles

Articles précédents
Articles Plus Récents
Uko abantu baguma bangana kw'isi ubu.

WIGE IKIRUNDI

Propulsé par WordPress.com.
Revenir en haut
Confidentialité & Cookies : Ce site utilise des cookies. En continuant à utiliser ce site, vous acceptez leur utilisation.
Pour en savoir davantage, y compris comment contrôler les cookies, voir : Politique relative aux cookies
  • S'abonner Abonné
    • Ihanga ry Imana
    • Rejoignez 413 autres abonnés
    • Vous disposez déjà dʼun compte WordPress ? Connectez-vous maintenant.
    • Ihanga ry Imana
    • S'abonner Abonné
    • S’inscrire
    • Connexion
    • Signaler ce contenu
    • Voir le site dans le Lecteur
    • Gérer les abonnements
    • Réduire cette barre

Chargement des commentaires…