Abarundi dukwiriye kubiba ivyiza mu gihugu kuko ico ububa nico wimbura.
« Ntimuzimire: Imana yo nticokorwa; kukw ic’ umuntu abiba cose ari co azokwimbura.Ab’i Galatiya 6:7″. Iy’isi imeze nk’ umurima, aho ico dukora kiba kizotugarukira muburyo bumwe canke ubundi. Twasomye ngo ico umuntu abiba nico azokwimbura.Uku niko kuri kw’ ubuzima.Ntituzova mw’ isi tutimbuye ico twabivye. Rimwe Yakobo yigeze kubesha se Isaka ko ariwe Esawu kugira ngo amuhezagire,yaramuhenze […]