Baravuga ingene biyiciye aba généraux babiri mugitondo izuba riva
Naho izi nkuru zandikwa n’aba bantu bativuga amazina atawoziha ukuri 100% ni vyiza kumenya ivyo abiyita yuko babikoze babivuga n’imvo batanga kugira ngo Abarundi bige kugendera mu kuri no gutinya Imana, na cane cane kugira ngo bahebe ubgicanyi. Umve ingene bandika uko vyagenze ngo bice izo ntwazangabo. INTEGURO YO KUGARUKANA AKAGWI KA BUYOYA N’ABANDI KU […]