Satani akomeza kwiha inkumbi akoresheje amashirahamwe y’ibanga ari mu gihugu cacu
inkuru ivurwa mu ntara ya Bururi Commune Bururi Aho hari umusore yitwa Élias w’umu plombier avuka muri Commune Vyanda ,yafashwe le 21/04/2024 ahaye isumu abantu bashika kuri 4 Barwariye mu Bitaro vya Bururi kandi aravyemera,Hama rero afashwe aca ariyemerera KO hariho Abo bakorana Ayo mabi kandi ngo we akora agahembwa 300000fbu iyo yishe umuntu,Hama ngo […]