Abarundi bari mu bantu batubaha abajejwe umutekano wabo

Hariho ibimenyetso bitari bike vyerekana yuko Abarundi bari mu bantu batubahiriza abajejwe umutekano wabo. Ku ruhande rumwe n’ukubera mu kirundi tuvuga ngo ikibano kirakengereza, ku rundi ruhande n’uko baba bababona yuko ataco babarengeje mu gashahara, mu nyambaro no mu kubaho kwabo. Uko biri kwose, ntimuze mwibagire abitanze kugira u Burundi ntibugwe mu manga. Kubera ari […]