

Mur’iyo nama yabaye kw’igenekerezo rya 06/05/2023 kabaye akaryo keza ko kubisikanya ku burongozi bg’inama ku mukuru w’igihugu ca Kongo n’ic’Uburundi.
Nk’uko vyama bigenda, mu nama mpuzamakungu, hama havugirwa amajambo meza gusa mugabo ugasanga n’ibirori gusa.
Ibirori navyo ntivyobuza abenegihugu kuguma ku kivi mu gukomeza kwitaho umutekano wabo bakareka kubera inze.