Ngo “Wamaz’iki yasubiriwe na ntarahemuka” mu mugambge CNDD-FDD

Kuvuga yuko abantu batakiraba ico yamaze n’ukwisamburirako kuruyeri. Urabaza ivyashikiye wa mwami yica abatama bose bo mugihugu. Ivyamushikiye sivyo yari yitezeHaruguru watanguye udondagura amazina y’abarugwanye n’abitangiye igihugu n’umugambge bavugwa yuko bahemutse, ubu bamwe barapfuye abandi barapfunzwe; hakaba hari abahunze (n’abahungutse) n’abigijweyo ubu bayerera mu mabarabara. Uraraba neza ahubgo yuko ataribo bahemukiwe.Umuntu canke abantu bagusiguriye ikintu […]