Reverien Ndikuriyo: Abantu batahura ugutandukanye imvugo ziwe
Hari uwagize ati biducire ku mayange ivyo watahuye kw’ijambo Reverien Ndikuriyo yavuze ati : “Umugambge CNDD-FDD n’uwabapfuye” Yoba yagomvye guha agateka abapfuye canke yoba yavuze ikindi!Ndakunda imvugo y’umukuru w’umugambge mugabo iyo hari imvugo idasobanutse ndakunda kubaza kubera yuko harya Ururimi rurarema Kandi kirazira kwiyumvira ngo umuntu yashatse kuvuga ibi kandi atarivyo yavuze. Aha kur’isi tubayeko […]