Ubusuma, ugukamisha n’ubunebge niryo soko ry’amabi: Kubera iki abategetsi b’Abarundi bashaka gukamisha ingingo zose zifatwa!

Inkuru y’umubabaro kubakunda igihugu Mwese muribukako SE Gén Maj Évariste NDAYISHIMIYE yigeze gusaba abashikiranganji ko bogendera abenegihugu kugira babature ibibazo. Hariho uwabironkeyemwo akaryo ko kwiba Aha ntihagire abibgira ngo bavuge uwo ntavuze, détails zitangwa kuri ya numéro yatangwa Uwo umushikiranganji yaciye akorana numwe muba DG biwe. Uwo mu DG aca yumvisha aba Directeurs ko bagomba […]