Amanyanga akorerwa mu bushikiranganji niyo yazingamitse igihugu cacu.

Ubutegetsi bubi aho atawukoresha ukuri mu bikorwa ashinzwe nivyo vyononye kabikazingamika n’imirimo ya leta. Ehe uturorero tubiri twabonye: Umushikiranganji yigeze kuntwara yaremereye umuntu ikintu kitarekuwe n’amategeko. Aca arakindungikira ngo ndagisinye, kandi ntanabifitiye uburenganzira, ncandamukorera projet de réponse asinya wenyene Ncanda murungikira sous-pli confidentiel, aca aratinya nawe kugisinya Wamuntu aje kumwishuza, aca amubgira ko nanse kugisinya, […]