Hari abasengera mu vyumba vy’amasengesho bazinzwe n’impwemu zihumanye.

Abantu batangura neza ariko bagaheza nabi. Hariho abatangura barondera Imana y’ukuri no kugororoka kwayo mugabo bagahereza mu vyara vya satani kubera abarongozi babi. Aha twovuga nk’imigwi myinshi isohoka mu mashengero azwi ikavuga yuko igiye mu vyumba vy’amasengesho mugabo igasanga ivuye mu vyizerwa vy’ukuri. Hari abantu bavuye mu ntara ya Mwaro burira imodoka maze baza mu […]