Naho atawuzi yuko ivyandikwa vyose ari ukuri ntaco bitwaye kubisoma

AMONGEREZANKA NIYO MAZITUVYA. Abaciye mw’ishuri ry’intango baribuka igisomwa c’imbwa yari ifise umusoso w’inyama mu kanwa,iciye hejuru y’umugezi iraba mu mazi,iribona ,mugabo yo yibaza ngo ni iyindi mbwa nayo ifise umusoso ,ica ishaka kwasama ngo ije kwaka wa musoso yayindi ibona mu mazi,wa musoso wayo uca ukorokera mu mazi uratwarwa,ya mbwa ibura vyose, Igisomwa citwa »Inda ndende […]