Abana baratabga kubginshi.
Rutana: hari ikibondo catowe aho catawe gipfukishije umutoto Urwo ruhinja rwatowe kuri uyu wa 15 Ndamukiza 2023 ku mutumba wa #Gisasa i #Shanga muri #Musongati ya #Rutana Rwatowe n’umukenyezi agiye mu ndimo aho yarwubukako mu gashamba rupfukishije umutoto, ahamagarwa n’ijwi ryarwo ruriko rurariraClaudine Niyoyitungira arongoye komine ya #Musongati ni we yaciye yishinga uwo mwana, inyuma […]