Inzara irabica bigacika gushika naho biba indya zo mu nkono

Muramvya: ubusuma bw’indya zo mu nkono na bwo bwadutse… Abenegihugu bo muri zone Buhangura ya komine Mbuye, intara ya #Muramvya, baratewe uruhagarara n’ubusuma buriko buribonekeza muri ino minsi, aho uwubuze uko amena urugi ngo yinjire agire ivyo asahura, aheza agacungana n’isafuriya iri ku mashiga kugira ajabure ibifungurwa biyitetsemwo Umwe mu bakenyenzi twayaze yagize ati: « Nta […]