Mu ntara ya Mwaro abadandaza amakara baridogera uwujejwe igipolisi
Mwaro : Abadandaza b’amakara baridogera ubusuma bwa Komiseri Dominique Hakizimana ! N’ijoro abanyonga amakamyo bunguruza amakara baratwandikiye bidogera Umukuru w’igipolisi mu ntara ya Mwaro, Colonel de police Dominique Hakizimana, yadukana amabariyeri mw’ijoro mu bibanza bitarekuwe, mu ntumbero yo kurya amahera y’abadandaza. Aho n’ijoro yari yasize bariyeri ahitwa Nyakararo kandi itegeko ry’umugenduzi mukuru w’igipolisi ryarafuse iyo […]