Amatara ni is bukene buhambaye mw’iterambere.

𝐂𝐀𝐍𝐊𝐔𝐙𝐎, 𝐢𝐤𝐢𝐛𝐚𝐳𝐨 𝐜’𝐮𝐦𝐮𝐲𝐚𝐠𝐚𝐧𝐤𝐮𝐛𝐚 𝐠𝐢𝐭𝐞𝐲𝐞 𝐚𝐦𝐚𝐤𝐞𝐧𝐠𝐚, 𝐚𝐛𝐞𝐧𝐞𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐛𝐚𝐬𝐚𝐛𝐚 𝐑𝐞𝐠𝐢𝐝𝐞𝐬𝐨 𝐧’𝐢𝐧𝐭𝐰𝐚𝐫𝐨 𝐤𝐮𝐜𝐢𝐜𝐚𝐫𝐢𝐫𝐚 Aba nya #Cankuzo batari bake baridogera ishirahamwe #REGIDESO kw’icikagurika ry’amatara rya buri kanya ngo rinabatera amakenga, ndetse ngo bakanibaza uwuzobaha indishi y’akababaro igihe ibikoresho vyabo vyahiye uravye ukuntu ucikagurika. Abo benegihugu bo mu Cankuzo ngo abakoresha umuyagankuba nta n’ico ukibamariye na cane cane abasumira imiryango […]