Umwe wese arakwiriye kugira intumbero, urwerekezo, umuvyeyi n’umufasha.

BURYA ABANTU BENSHI MU BUZIMA BICIRWA NO KUTAGIRA INTUMBERO CANKE KUTAGIRA UBEREKEZA KU NTUMBERO NZIZA. Kugira ngo ugire kazoza keza utegerezwa kugira ukwerekeza kur’ako kazoza. Ukubera akarorero, umuvyeyi, umwigisha n’uwugufasha kugagishikako. Iyo ubuze ico citegererezo ubuzima bgawe buca bubura intumbero. Ivyo nivyo vyashikiye abantu benshi mu gihugu cacu muri kahise no muri kubu.N’igihugu iyo kibuze […]