NINZIZA Elysé (Karenzo) yataramuwe mw’ishengero kubera uguhemukira Imana n’abantu.
ITANGAZO RY’ISHENGERO RYA YESU KRISTO- IHANGA RYERA RY’IMANA RITARAMURA MU MABANGA UWAHEMUKIYE IMANA N’ABANTUKARENZO Elyse yari yataziriwe NINZIZA Elyse igihe yahabga amabanga yo kuba umwungere mw’Ihanga Ryera ry’Imana, yataye ivyizerwa vy’Abera akoreshwa n’impwemu zihumanye aca ata mukaga abizera ari navyo vyamuviriyemwo gutaramurwa mw’Ihanga Ryera ry’Imana.Ihanga Ryera ry’Imana rigendera kw’Ijambo ryahumetswe n’Uhoraho Imana y’Abera kandi rikarongorwa […]