Teramira amasezerano musoma amajambo twahawe.

TERAMIRA AMASEZERANO UHORAHO IMANA YAGUHAYE, AYO YAHAYE ABERA N’AYO YAHAYE IGIHUGU C’UBURUNDI Icumu ry’abanyakibi ryarakwikurutse riva mu mugabane w’abagororotsi. Amakurudumu y’imikogote ya Farawo yararumurutse afata hasi. Baramenye yuko Uhoraho Imana aturwanira ariwe abarwanya. Uwutarabimenya yaracerewe kuko ibimenyetso biragaragara.Mur’iyi minsi 7 y’amasengesho tugeze ku munsi ugira 3 wo kwinginga Imana twiyegereje ivyacu kandi twihishije. Komeza munyegere […]