Twisuganye, tunyegere dusenge iy’indwi 09-16/01/2023

DUTANGUYE INDWI YO KWEGERANYA IVYACU, KWIHISHA MURI KRISTO YESU NO GUSENGERA AHIHEREREYE Nk’uko Umwami n’Umukiza wacu yabidutangarije mu vyanditswe vyera, iyo dusenga tuje ahiherereye kandi dusenge mu majambo atomiye y’abana b’Imana bazi ico bariko barabgira Uhoraho Imana, nawe azobishura abantu bose babibone. [MATAYO 6:6-7]Ikindi umuntu wese yizeye Uhoraho Imana yomenya n’uko ata kintu na kimwe […]