Ihanga Ryera ry’Imana ribipfurije umwaka mwiza wa 2023
2023 n’umwaka w’ibitigiri vyuzuye nk’iminsi 7 y’iremwa ry’isi, [Itanguriro 2:2] nk’incuro 7 zo kwibira muri Yorodani ugukira kukabonena [2Abami 5:10],.. Uyu mwaka ugizwe na 2+0+2+3= 7 igiharuro cuzuye. 2023 n’umwaka w’ishitswa ry’amasezerano yawe. Witegurire ico Uhoraho Imana yakuvuzeko ugiye kukibona. Umwami Yesu Kristo Yamamare!