Imburi n’ubuhanuzi bg’iy’indwi dutanguye 27/11/2022

IMBURI N’UBUHANUZI VY’IY’INDWI DUTANGUYE KUWA 27/11/2022: MWIYUBARE MWEBGE ABERARA BOSE KUBERA IGIHE TWINJIYEMWO. Dusenga Uhoraho Imana yumva, avuga kandi agakora ibiboneka mu Mpwemu no mu mubiri. Iyo tumusenze arumva akishura kandi iyo yishuye turumva tugashima. Iyo yasezeranye arashitsa ijambo ryiwe ryose ku gihe yavuze.Abavugabutumwa, abaririmvyi, abasenzi, abavugishwa n’abandi banyengabire batandukanye; mwiyubare iy’indwi twatanguye kuko hari […]