Musome ijambo ry’Imana kugira ngo ntimuzimizwe n’inyigisho z’ibinyoma.

MWIRINDE INYIGISHO Z’IBINYOMA ZIVUGA NGO NI MUJE AHA GUTEGERERAHO UMWAMI YESU KRISTO. Uwo mugwi Mubona n’uw’abantu bafatiwe muri commune KIGAMBA, bose bava muntara ya Cibitoke muri commune Rugombo,bakavuga ko baje kurindiriraho umuzo w’umukama. Mukanya leta iza gukora igikorwa co kubasubiza iwabo.Igihugu cacu kirageramiwe n’impwemu z’ubuzimire kuko si iryambere abantu badukwamwo n’inyigisho z’ibinyoma bamwe bagakurikira umuntu […]