Burundi: Amapfa mu gihugu gushika naho abantu bicwa n’inzara, ni mukovye gusenga.
Inzara n’amapfa ni kimwe mu bimenyetso vyavugishijjwe ku banyamasengesho yuko bizobaho imbere yuko abarundi bogorora bakaba mu gihugu c’isezerano. Abantu bose baba ngaha mu gohugu c’Uburundi barazi yuko imfungurwa za kenye ibintu bikazimba. Bamwe bavuga yuko vyavuye kw’isekeza ryo gutema ibiti ( imikaratusi n’amashamba) vyatumye imvura ibura mu gihugu. Abandi bagira bati ni itunganywa rike […]