Ivyo abantu bita pokitike y’igihugu ntibikwiriye vyonyene harakwiriye kwicara bakamenya ivyo bashaka.
Akarorero kamwe muri twinshi mu biriko birabera mu ngo nu gihugu cacu aho abantu biyahura ku rugero runini abandi bakica abo bubakanye ku buryo buteye ubgoba. Nguku uko uko uwanditse uru rubanza yiyumvira: Yicishije amenyo umukenyezi wiwe ! Sentare Nkuru ya Makamba yashashe mu ntahe y’ikibiriraho ku wa mbere (20.11.2022), iraheza icira umunyororo wo gupfungwa […]