Burira anti-Kristo yuko igihe ciwe mu burundi kirangiye.

MWIGISHE ABO BAVUGA YUKO KRISTO BATAMWEMERA BAZIMURUKE KUKO BARASUTSWE NA SATANI “Nico gituma Imana ibarungikira ubuzimire bubakoreramwo, ngo bizere ibinyoma.” 2 ABITESALONIKE 2:11Aho rero ko tuguma tubahanura ntibumve, Uhoraho Imana y’Ihanga Ryera, Se w’Umwami wacu Yesu Kristo, azoca abarungikira ubuzimire bubagumenwo gushika baciriwe kw’iteka. Ni mwitandujanye n’abo bigisha b’ibinyoma n’inyigisho zabo zose.Abo ni ba Anti-Kristo […]