Ikivume ni nde: Mugenzi wibaza yuko uhagaze ni wiyubare!

UMUNTU WESE AZI YUKO ATWAYE AGAKIZA YIYUBARE CANE KUKO SATANI NTAWE AGERA UMUTWE. Uwibaza yuko ahagaze yiyubare cane kuko satani yagazwe. [1Abikorinto 10:12-13]. Kuvyerekeye ibigeragezo tumenye yuko atacotugerageza kiza kirengeye ukwihangana kwacu.Naho satani yakororewe ikuzimu mwibuke yuko yama ariko ariha inkumbi hano kw’isi no mu kirere ngaho hejuru akoresheje imyuka y’abadayimoni. [Abayefeso 6:12]Satani atageze umutwe […]