Uburundi buri mu mbobane kuko uburezi bukorera mu gihombo
Imana yo mw’ijuru, Jewe ubwanwa burafuka umunwa iyo numvise ko iyo nyifato yo mu mashure mu Burundi nubu itarahinduka. Ingorane ziri kubiri.Iyambere ni ugutanga amanota make (50% umunyeshule aba atomboye). Biragufiriza cane abanyeshure bashaka kubandanya amashule mu bindi bihugu. Biraha isura mbi igihugu.Iyakabiri ni ukuyobeza. Ugasanga umwigisha ngo yamenyesheje abanyeshule 50% canke bari munsi. Abayobozi […]