Adolph Ntibasharira ati ukora iciza ukagisanga imbere.
“Kuvyiza ukora uze wongereko agakiza uhererwa ubuntu na Yesu Kristo” 👴🏽 Nitwa Adolphe Ntibasharira. Nkina amasinema. Ni jewe nandika igikino « Murikira Ukuri ». Ni na jewe natoye amazina y’Abaseruko n’Abarengero 🇧🇮 Kuva kera, namye ngerageza uko bishoboka kwose kurwanya icitwa amacakubiri. 🙅🏽♂️ Ubwa mbere na mbere, hari hakiri ubugererwa ku ntwaro ya Bagaza. Data arampamagara ngo […]