Ivyaha 10 bituma Abera baba ibiburirane.

TUBANDANYE GUSENGA DUKOBEJE KANDI TWEJEJWE KUKO TUGIRA DUSHEKE KU MASEZERANO. Ijambo ukwezwa rirakunda kuyobera abantu batari bake kuko iyo umuntu yubaha ivyagezwe icumi Uhoraho yahaye Ihanga ryiwe igihe ca Mose bibaza yuko baba bakwije vyose.Ikibazo gihambaye abantu twihendako n’uko hambavu y’ivyo vyagezwe icumi dufise ayandi mabgirizwa icumi nyene umuntu wese ategerezwa kwinengesera kugira ngo abe […]