Ntihagire uwusukwa n’ikinyoma ca satani ku mihora y’ubu.
ABIZERA IMANA NI MUREKE KWEMERA IBINYOMA VYA SATANI KUKO NI UGUKORA IVYAHA MU BINDI. Uhoraho aguma aburira abiwe ngo bareke kwemeranya n’amajambo yo ku mbuga ngurukanamajambo ahubgo nyabuna bagendere kuco yavuganye nabo canditswe muri Bibiliya Yera n’ico Mpwemu Yera ahishura. Imana igira iti abantu banje bishwe n’ukutamenya. [Hoseya 4:6]Ikibabaje n’uko hari n’abakozi b’Imana bariko barakwiragiza […]