Dr Levi Rukundo yasohoye igitabo dukwiriye gusama.

UBUTUMWA BG’IHUMURE KU MURUNDI WESE “URUGENDO RWO MUBUGARAGWA RUGIRA RURANGIRE TWINJIRE MU BURUNDI BG’ISEZERANO” Ndi n’iteka n’akanyamuneza nta ngere ko kuba nashize ku mugaragaro igitabu nasohoye kigira icumi na kabiri. Ico gitabu kibaye igitabu ca gatatu canditswe mu rurimi kavukire rw’Ikirundi. Burya Ikirundi ni ururimi ruryoshe kuvuga no kwandika iyo warukunze. Erega ni ururimi ruvugika […]