Imburi ku butegetsi bg’ igihugu c’Uburundi: Imana iriyiziye mwihurire.

IMBURI N’UBUHANUZI KU BAGANZA MU GIHUGU C’UBURUNDI Guhera ku mukuru w’igihugu, abashikiranganji, aba Bulamatari, abasitanteri, abakuru b’amazone, abakuru b’imitumba n’ama quartiers, aba nyumbakumi namwe mujejwe umutekano n’urwaruka; iyi mburi yururutse ivuye mw’ijuru mwese irabaraba.Mwahawe gusoma YEREMIYA 7:9 na YESAYA 58:1-4. Uwudafise Bibiliya canke uwutazi gusoma yinginge uwumusomera.Uhoraho Imana yavuze ati: « Mwirirwa murugara amashengero n’ibicaniro […]