Umubatizo w’Ihanga Ryera ry’Imana: mw’ijuru tuzerekana iminyago.
UMWIMBU W’ABAKRISTO UBONEKERA MU BANTU BASHIKANA KU GAKIZA KUZUYE.Abantu benshi bariyita aba-Kristo, abandi bakiyita amazina y’ivyubahiro kandi ataribo, atanico bamariye ubgami bg’ijuru. Mwene abo nibo basibije igihugu. Umwimbu w’abana b’Imana ntubonekera mu majambo menshi bavuga, ubonekera mu mu bikorwa bakora. Ni abantu bagahe babgira ubutumwa, bangahe bashikana ku gakiza, bangahe babatiza, bangahe bakurikirana kugira ngo […]