Abadusavye agatabo katumye impwemu zihumanye zidedemba kitwa “ Ingabire z’Imana zohindura Uburundi”
Abasavye ako gatabo gatuma impwemu zihumanye zidedemba, kari mu rukurikirane tw’utundi dutabo twinshi twanditse mu kirundi coroshe kandi cumvikana, tubunza abantu gukurikira inyigisho z’ibinyoma, kwinyegeza muvyo Imana kandi ari inkozi z’ikibi n’ibindi bitukisha bituma abantu babura inzira y’ukuri kuko baba abiyitirira Imana canke abakorera satani co kimwe n’abatazi Imana bose bafise ibikorwa bisa. Intangamarara yako […]