Hariho abantu bakora ivyaha bibakwegera umuvumo na satani araba akagira ati ububisha bgabo burarenze.

Hariho abantu bakora ibintu bibi n’abadayimoni baraba bagatwenga ngo ububisha bg’abantu bubakoresha ivyaha bibakwegera imivumo. Bamwe bicisha ibigwanisho, abandi bakicisha ururimi bose ni bamwe kandi ni abicanyi. Uyu Felix Bibonimana aturuka muri Bujumbura nini, yahungiye hanze akiraza adasinziriye ariko akura amafoto y’abantu kuri Facebook kandi akabandikako irementanya. Ivyo abigira uko umwaka utashe akabgira abantu ngo […]