Agatabo ku butumwa bgiza bga Yesu Kristo gahamagarira aba Kristo kugarukira ukuri/ Dr Levi Rukundo

YANDIKA UDUTABO TWINSHI MU KIRUNDI GITOMOYE TURIMWO INKEBUZO NZIZA KURI BOSE KANDI NYINSHIUyu munsi abantu benshi bavuga yuko bazi Imana canke ari n’abakozi bayo mugabo wumvirije ivyiyumviro vyabo canke ukaraba ivyo bakora ugatangara.Amadini n’amashengero y’abakristo arakwiriye kwigisha ubutumwa bgiza akareka gusamaza abantu abigisha imico n’imigenzo n’ubundi bumenyi butabatumbereza ku musaraba wa Yesu Kristo. Ubutumwa bgiza […]