Abantu bitwa yuko bizeye Isezerano ku Burundi bariko barazimirira mu buvugishwa

Haraheze iminsi ku mbuga ngurukana bumenyi hisukira ubuhanuzi bginshi bgerekeye igihugu c’Uburundi n’Urwanda buvuga ivyo intwaro zigiye guhinduka n’ibindi. Muri ivyo bihugu hiyongerako igihugu ca Congo cahora citwa zaïre, hari ubuhanuzi bginshi buturuka impande zitandukanye bukabura intambara, impinduka z’ubutetetsi n’ibindi. Iciza kiri muri ubgo buhanuzi n’uko buhamagarira abantu kwihana , bakitunganya kandi bakezwa kuko Yesu […]