Urutonde rw'amasengesho dutumiriwe y'iminsi 10 kuva kuwa 17 gushika kuwa 27 /2/2020

AMASEZERANO IMANA YAHAYE ABARUNDI URUTONDE RW’AMASENGESHO Y’IMINSI 10, KUVA KUWA 17/2 GUSHIKA KUWA 27/2/2020. ABIZERA ICO UHORAHO IMANA YAVUZE BOSE BASENGA IMANA BAZIBUTSA KANDI BINGINGE NGO ISHITSE AMASEZERANO KU GIHUGU C’UBURUNDI. URUFATIRO Musengere muri Mpwemu ibihe vyose, mu buryo bgose, bgo gusenga no kwinginga, kand’ivyo mu bibere maso, mukobrje rwose, musengera abera bose. [Abayefeso 6:18] […]